A VOTRE ATTENTION SVP: Nashaka NGO mumfasha dutere intege CHORAL YA ZION TEMPLE BURUNDI kuri initiative nziza yagize yo gusohora CLIP VIDEO yiyi ndirimbo. I have to say that this is wonderful... Ndashaka kandi kubasaba ko itoba iyanyuma. Ndashaka ALBUM. Please. Nabandi mwese mufise ibikorwa vyiza nkibi ntibagucike ntimucike intege... Imana ibahezagire kwenyegeza umucanwa wumwamiwubwami bwImana... BE STRONG IN THE LORD/// please share this video. Bravo PRINCE MUSHINDI montage jewe nayikunze.na Qualite ya Image. Sinzi yakoze audio, ariko nawe ndamushimiye. God Bless u All
Posted on: Fri, 09 May 2014 09:20:12 +0000