ACOPA-BURUNDI ryaratanguye gukurikira iyandikwa I Bujumbura, - TopicsExpress



          

ACOPA-BURUNDI ryaratanguye gukurikira iyandikwa I Bujumbura, ibibanza birenga mirongo itanu, aba ACOPA baramaze kubigendera kugira birabire uko iryo yandikwa rigenda. Muvyo twabonye, turashimira abakozi bajejwe iryo yandikwa kuko bakira neza abaje babagana, bakabaha insiguro zose bakeneye. Turasaba abagenda gukurikira iryo yandikwa ko ataribo batanga amategeko abo bahasanze bakorerako, mugabo botanga impanuro iyo bikenewe
Posted on: Wed, 26 Nov 2014 17:39:50 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015