Aba STAR bo Mu BURUNDI nifuza Kubona Face to Face Kandi nkunda - TopicsExpress



          

Aba STAR bo Mu BURUNDI nifuza Kubona Face to Face Kandi nkunda Indirimbo zabo naba: #SAT B : Naramwishe , Inkuru yukuri , Ikinyamugigima #JAY FIRE : Dada Linda , Mama yangu , Korason , Acha azaliwe #MKOMBOZ : Urudubi ,Umubanyi #RALLY JOE : Kuri kakagezi , Uburundi , Bwira Yego #YOYA : Wiyumva gute , Sumwe sibabiri #KOOK K : I m back Now , My Princess , ABO NIBO BA STAR BUBURUNDI NKUNDA KWUMVIRIZA INDIRIMBO ZABO KANDI SHAK KUBONA FACE TO FACE..... BIG FIZZO we Naramubonye Kandi kunda indirimbo ziwe Zose
Posted on: Wed, 30 Oct 2013 18:11:09 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015