Abagabo babiri Mr. Azu na Mr. oko, bariko baraharira kuvyerekeye - TopicsExpress



          

Abagabo babiri Mr. Azu na Mr. oko, bariko baraharira kuvyerekeye abana babo. Mr. Azu ati umuhungu wanj n’igitangaza m’ubujuju, asumba kure niyo uwaw. Mr. Oko naw ati ishwi ahubwo gwanj n’uwambwere, kom batumvikanye bati reka tubahamagare tubirabire kuri terrain, hahahah! . Mr. Azu ahamagara umuhungu w ati genda kwisoko ungurire ikibiriti. Umusore utanka acarakerebuka aragenda. Mr. Azu ati, « wabonye ukuntu ari ikigugu, ntanamahera yansavye ». Hahahahhah, birakomeye! Mr. Oko naw ati sigaho sigaho, ivyo nivyo wita ubujuju, ati reka mpamagare gwanje wirabire akamaramaza! Nuko aramuhamagara amubwira ati: »Genda muhira urabe ko ariho ndi! » Umuhungu utanka agenda ariruka n’ubukerebutsi bwinshi hanyuma agaruka ahezagirika ati: « Papa, nturi muhira, mama ambwiye ko uri muhira kwa mugenzaw!
Posted on: Mon, 02 Sep 2013 14:41:11 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015