IHUTI HUTI RYUMUKURU WUMUGAMBWE CNDD- FDD NYABENDA PASCAL KU MUCO - TopicsExpress



          

IHUTI HUTI RYUMUKURU WUMUGAMBWE CNDD- FDD NYABENDA PASCAL KU MUCO CANKE NINYISHU VYIWE KU CEGERANYO CINGINGO ZEMEJWE NABASHINGAMATEKA B ISHIRAHAMWE RYIBIHUGU VYA BURAYA KU BIJANYE NIVYO KUTUBAHIRIZA AGATEKA KA ZINA MUNTU NA DEMOKARASI MU BURUNDI. Abenshi mu ndongozi nkuru zumugambwe zirimwo abajejwe ibisata nka vyose bigize inzego,abashingamateka,abakenguzamateka ndetse nabashikirangaji babagumyabanga baraguye mu gahundwe kubona bunva ku maradiyo co Kimwe nabandi barundi bose ikiganiro umukuru wabo yahaye abanditsi nabamenyeshamakuru ku bijannye nivyamenyeshejwe nishirahawe ryibihugu vya Buraya ku Burundi. Babona ko yihuse kuvuga ari naco gituma yatanze inyishu igoyagoya mu vyiyunviro ari naco gituma yatanze inyishu ataco ifasha umugambwe wabo nigihugu.Baremeza ko ata nama yabaye yo kwiga ico kibazo kugira begeranye bongere banoganze inyishu zifise ifatiro zishobora kumwubaka.Naho atawoja mwido nido nukumenya ko imyidogo ari yose .Rirya tangazo rya UE ryategwrezwa kubanza kwigigwa mu nzego nayo ubundi usanga haca haba numwikekano mu Bagumyabanga aho bamwe usanga bibaza ko hoba hahanujwe bamwe bo bagakumigwa.
Posted on: Sun, 21 Sep 2014 10:37:18 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015