INRWARA YA EBOLA IKOMEJE GUKWIRAKWIRA MURI AFRIKA Nyumayaho - TopicsExpress



          

INRWARA YA EBOLA IKOMEJE GUKWIRAKWIRA MURI AFRIKA Nyumayaho Icorezo ca EBOLA gihangayikishije Ibihugu bya africa yiburengera zuba ndetse niyohagati nka SIERALEON, LIBERIA, SENEGAL, GUINEA NIGERIA DRC, Nibindi byomuriAfrika yiburengera zuba ubunoneho biravugwayuko ikicorezo camaze kugera nomuri Afrika yiburasirazuba nkomuri ETHIOPIA Amakuru dukesha Docteur kayamba david womuri Ethiopia yatubwiyeyuko icocorezo kimaze kugera nomuri SUDAN tubibutseko icocorezo ca EBOLA kimazeguhitana abantu ibihumbi ndetse nabandi ibihumbi barayirwaye ntamuti igira , Uwomu Dr yatubwiye yuko yandura binyuze mu kuramukanya, gusangira, kurya inyama zimpyisi( inyamanswa) zomukibira canwa zishamba ikicorezo kimaze guteza ibihugu bya Afrika ubukene ndetse imaze imaze guhitana ubuzima bwabantubenshi ibihumbi byinshi NB MUSABWE KWIRINDA IBYO BYAVUZWE HARUGURU KUGIRANGO MUTAYANDURA IKINDI KANDI MUFASHE MUMASENGESHO BENEWACU BABANYA AFRICA .
Posted on: Wed, 24 Sep 2014 11:21:30 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015