Ku vyerekeye CNTB(y amatongo) navyo ivyo bariko baragira ni - TopicsExpress



          

Ku vyerekeye CNTB(y amatongo) navyo ivyo bariko baragira ni ukunyaga.Ibihe vy ingano ntivyabaye muri 1965 na 1972 gusa mu BURUNDI, ariko ama cas yo muri 1972 na 1965 arimwo akarenganyo katagira urugero.Urashobora gusanga uyu yasize agurishije itongo , canke uwo yasigiyye yararigurishije caba igisanira, yaba uwo bubakanye mu bukene canke ku mvo iy ariyo yose, canke uku na kuriya.Ugasanga uyu nawe yaragurishije n urya canke uriya au 9 eme degre ou plus, hanyuma ukaja wumva ngo peu importe ukwo biri itongo ni iry urya wo muri 1965 na 1972 turarimuhaye, abo bo mu nzira, surtout abo yayasigiye ntaco akeneye kubabaza ngo ni uku canke kuriya asimbiye ko gusa.Je me demande aho boba baba ubu canke harya ko en 1965, en 1972 hataba aba canke bariya.Canke ukumva ngo yatohoje itongo ryo muri 1950, aki rassura ko ari ukuri.Ukwo ni ukunyaga bariko baragira niyo haza izindi ntwaro zirabasubiza utwabo ni akarenganyo katagira ukwo kameze. Turabona amatongo y umukuru wigihugu Pierre NKURUNZIZA aronse kuva aho atwariye depuis 2 005, ni mani gose kandi arateye igomwe, ico gihe hari ingwano , none tuzovuga tuti yaranyaze , canke yakoresheje itegeko?(CNTB turi abantu naho munyarua kuzana aba Polisi mukanaruca igihuti huti kandi rwari urwo kwitondera).Mbega Pierre NKURUNZIZA arya matongo afise kuva ku ntwaro yiwe(cfr les tevisions Rema et RTNB surtout) yoba yari ay abanyagihugu canke yoba yari aya Leta?Yoba yarabaguriye abo banyagihugu kuko navyo nyene birabaho, yoba yarahihaye ku nguvu? n ico gihe hari ingwano.Yoba yarabahaye umuzibukiro hoho.Ari Leta yoba yariguriye ou pas?
Posted on: Sat, 15 Nov 2014 05:23:33 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015