Kuba umuntu yarabaye muburaya [hanze], hanyuma akagaruka akaba - TopicsExpress



          

Kuba umuntu yarabaye muburaya [hanze], hanyuma akagaruka akaba murubu buzima bwo mumisozi, vraiment biragoye...ntivyoroshe...Usanga abantu bose bazezeta, bafyina,umenga ijuru niryabo, bigira nkaho bo bazi ubuzima ariko bose ari amagorori atagiramwo ikintu nakimwe!! Urasanga umuntu atinjiza ni dolare 5 kukwezi yigira uwambere mukuriha transport yo kuja kumasengero abandi nabo basengeseye bigira ngo bazi ijambo ryImana. Jewe rimwe na rimwe birancanga ukuntu abakene bambere babaho aribo bigira ngo bakunda Imana. Mwe Murazi Rurema kabisa?? 60 kwijana muBurundi ni abanyaguturika, abandi 25 nabo nudusambo twibereye aho ngaho....None nkintambara iri mu Burundi iterwa nabande kandi wumva yuko tuzi Imana??? Kuba muri afrika warabaye Hanze nibintu bitoroshe abantu bose uba uba bona bibereye mumiya yato gusa!!
Posted on: Thu, 27 Nov 2014 18:18:55 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015