Mu nama yahuje abakuru b’ibihugu (Tanzaniya, RDC, Congo, Angola, - TopicsExpress



          

Mu nama yahuje abakuru b’ibihugu (Tanzaniya, RDC, Congo, Angola, Africa yepfo, n’Urwanda) mu gihugu ca Angola ejo ku musi wa ku kane, ikibazo ca FDLR; umugwi wahawe ikiringo canyuma co kugeza itariki 31 y’ukwezi kwa 12 kugira ngo ushire ibigwanisho hasi. Urwanda ruvuga ko “… itariki ntarengwa yo gufatira ingamba FDLR yaratinze kandi hakagaragara n’amayeri yo kubitinza no guhuma amaso.” (Ministre Louise Mushikiwabo). Ivyo mwe mubibona gute? Murakoze!
Posted on: Fri, 15 Aug 2014 15:04:19 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015