Mukomere mwese banamarimwe,Ndarangavye ,Bakenyezi mukenyereye - TopicsExpress



          

Mukomere mwese banamarimwe,Ndarangavye ,Bakenyezi mukenyereye urugamba aho muri hose kwisi;eka namwe mwese ncuti bakunzi bUmugambwe FNL! Jewe hari unomusi kwigenekerezo rya 30 ukwezi ni Mukakaro aho umushingantahe avugira reta yantangaza ukuntu arwa avyuka mukwiyamiriza icegeranyo cishirahamwe ryishinze kuraba uko agateka ka zina muntu kifashe.Ijambo M.Nzobona riba yamana mukanwa ata nukumaramara ,ata nukwibaza ko ejo ashobora kuzorenguka imbere yUbutingane nibwafata ijambo ni Irish:Abakora ivyo vyegeranya barahengamye kandi ni Abacafuza Igihugu Abari mugihugu nabari mu makungu barabizi iyo havuzwe ko Imbonerakure zihohotera abantu ntibaba babeshe.Iyo bavuze ko Mutama twubaha Petero Claveri Mbonimpa azirubusa ntibaba babe she..Iyo bavuze ko imigambwe itavugarumwe na cndd-fdd itoroherezwa ntakinyoma kiba kirimwo.Kubwanje Nzobonariba ariwe ari UMUBESHI. Abo turikumwe muvyumva gute?
Posted on: Wed, 30 Jul 2014 17:39:27 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015