Muraho Mcuti Mwese Hari Byishi Tuba Dukwiye - TopicsExpress



          

Muraho Mcuti Mwese Hari Byishi Tuba Dukwiye Kumenya Ndabajije Ikibazo? Nashaka Mumbwire,Mbega Ko Bamwe Bavuga Ngo Kanaka Nimwiza Canke Ngo Kanaka Nimubi Ese Boba Babivuga Bisunze Iki? Ico Novuga Wewe Mukobwa Nibakubwir Ngo Ufise Ubwiza Bwumubiri,ukishimir Ivyobakubwiye umenyeko Bahejej Kugutanga Igitambo Kwa satani Kuko Muricogihe Bizogushuka Ukore Ibikorwa Utigeze Gukora Canke Wiyande Nkimifungo Yiswa Kubera Bakugabuye Mumaboko Ya Rusoferi Nawe Muhungu Imana Ikugiriye Ubuntu Ukaronka Ubwugucumbisha Kumwe Nikeshi Uzobona Abakobwa Bakubwira Kurimwiza Cane Kandi Bakakwemeza Ko Bana gukunda,cane batahora Bagukunda nukuvuga Ngo Barahejeje Kugabura Mumaboko Yarushoferi Kuko Bizogutuma Ukora Ivyutigeze Gukora Aho Niho Hari Umutego Wasatani Ukomeye Kandi Umenywa Nabake,nukur Numenya Ngo nta Mwiza Imbere Yi Mana Canke Mubi Imbere Yi Mana Ivyo Bizoguha Kumenya Gutahura Bikomeye Biguhe Nuguca Bugufi Imbere Y Imana Kuko Ntamwiza Wubwiza Bwumubiri Yigeze Abaho K Umana Kirets Kw stn
Posted on: Wed, 08 Oct 2014 18:27:30 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015