Ntaworeka kubatera ntege kuko intumbero ari iyo gutembagaza CNDD - TopicsExpress



          

Ntaworeka kubatera ntege kuko intumbero ari iyo gutembagaza CNDD FDD! Nyakubahwa Nditije, ugukurwa kwa Uprona muri Leta hagashirwa Nibigira concilia burya aho nicaye nabwiye abarundi twari twicaranye nti ico ni igikorwa cUhoraho Akonda Abarundi! None aho mwari mwigobeteye kuri iyo CNDD FDD ngo muri inkehwa, abo mugiye hamwe si abarundi? Ntubona ko bikwiye ko mwari gufasha abandi kuvugira ukuri ahabona atakwinyegeza muri leta? Inkehwa Tutsi ntibigikenewe! Inkehwa ni abarenganywa bose si ubwoko, noneho tumaze kubirengera kanini biza vyaramizwe! je kurugamba rero tubakurikire. Ariko, ihige camatora, ntimuzozane bimwe vyukugorana ngo mutumaramaze, mwigire abanyabwenge, muzoje hamwe nikibiri ADC amajwi aje hamwe. rabe uko mubigenza. Kubijanye niri yandikishwa naryo rigiye kwongererezwa kubataiyandikishije, vyose bishobora guha akandi kanya babasuma nyene. Nimufate akanya, habe commission parallèle ya CENI itohoza ikanahinyuza ibikoresho vya CENI, Akarorero Irangi ntirizova mubushinwa ca nke frica yepfo, Rizobe nka rirya Interpol ikoresha. Muzobanze muripime ko vyukuri rimara deux semaines. Mbega kubera iki CENI ito gira commande yama torches amurika les corps zaciweko na produits nka rirya rangi hanyuma le jour yamatora abatora bakazobanza guca muri chambre noir irimwo abapima? Ntazindi mpanuro twosaba abadusumvya ubushakashatsi? Mbega ntakuntu ADC ikibiri namwe mwoshirwa muri CENI ko mbona babakumiriye? Mbega ntaburenganzira mwosaba bakabasubiza mwatswe muri uyu mugambi wamatora? Etc...
Posted on: Tue, 23 Dec 2014 06:10:53 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015