Umugambi wo gufungurira abana ku mashure uratuma abarimyi - TopicsExpress



          

Umugambi wo gufungurira abana ku mashure uratuma abarimyi bahungukira Umugambi wo kugaburira abana ku mashure mu buryo bushasha bw’aho imfungurwa abana bagaburirwa ziva mu gihugu nyene, mu barimyi begereye amashure, ugereranije naho zava mu makungu, ni ngirakamaro cane ku barimyi, ku badandaza no ku banyeshure ubwabo. Ivyo ni ivyagiye bishikirizwa n’abari bitavye uruganda rwo guhanahana ivyiyumviro ku vyerekeye uwo mugambi. igihe.bi/umugambi-wo-gufungurira-abana-ku.html
Posted on: Tue, 13 Jan 2015 14:50:21 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015