Umuririmvyi FEMI DE J’ABAT rurangiranwa mu muziki wacu mu - TopicsExpress



          

Umuririmvyi FEMI DE J’ABAT rurangiranwa mu muziki wacu mu Burundi kuva kera n’ubu akomeje guteza imbere igihugu ca mwibarutse ari bwo uburundi bwacu. Aratera akamo abririmvyikazi , inkumi , imisore n’abagabo ko boza bagashigikira umuririmvyikazi OLGA mugihe ari mw’ihiganwa rya nyuma rya PRIMUSIC 2014 bimirije kuzohiganwa itari 30.08.2014 kuri E.T.S KAMENGE. ikirere/?p=240 Maréchal Femi De JAbat agize ati:”DUSHIGIKIRE ABIGEME N’ABAKENYEZI NABO MW’ITERAMBERE RY’IGIHUGU CACU.Umuririmvyikazi OLGA LORIE.Birahimbaye kubona umwigeme nawe ashika kuri iyo ntambwe, tukaba tumukeje cane kandi nsaba abavyifuza mwese na canecane abigeme n’ abakenyezi eka n’imisore n’abagabo ko twomushigikira mukubandanya tumutora maze ikibanza cambere kikamwegukira narirya aririmba neza cane.
Posted on: Sat, 23 Aug 2014 20:40:01 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015