Yoba wari uzi ukuntu ndagukumbura,yoba wari uzi ukuntu - TopicsExpress



          

Yoba wari uzi ukuntu ndagukumbura,yoba wari uzi ukuntu ndakwiyumvira,buri saha buri segonda reka nta munsi wijyana ntavuze izina ryawe ntaravye kagafoto kawe hari aho bishika nijoro nkakisegura ngo ndabe yuko mu nzozi ko twohahurira, iminsi yabaye myinshi kandi nawe urabizi,ngwino unsange.ndakumisinze gira vuba ugaruke, iyo uba washobora kumbwira ko nawe unkumbura naryama nkasinzira umutima ukaruhuka hari igihe mpora ngira amadidane nibaza ko wowe woba warahindutse mbwira ko atarivyo mbwira ko ugifise kagafoto
Posted on: Thu, 21 Nov 2013 19:19:29 +0000

Recently Viewed Topics




© 2015