igihe.bi/ibitero-bimaze-iminsi-ku-barwanyi.html. Ariko rero - TopicsExpress



          

igihe.bi/ibitero-bimaze-iminsi-ku-barwanyi.html. Ariko rero General de Brigade Aloys Nzabampema akavuga ko atari vyo, ko we ari mu Rukoko mu Burundi, ko kandi batageza gushira ibirwanisho hasi we n’abarwanyi biwe, kuko batinya ko boca bashikirizwa Reta bariko bararwanya. Avuga ko bazoguma barwanya Reta ya CNDD FDD gushika ku kanyuma. Agasaba ahubwo ko Reta y’Uburundi yorekura abapfungwa bose ba poritike.
Posted on: Thu, 08 Jan 2015 13:43:45 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015