Mpejeje gusoma Commentaires za Romeo Ninihazwe wa Etoile du Centre - TopicsExpress



          

Mpejeje gusoma Commentaires za Romeo Ninihazwe wa Etoile du Centre kuri publication ya Mucowintore Boris-Evrard/Oloooha, nvumva mbabaye kuko nta muntu afise umutima wumurundi yarezwe kandi azi ingorane aba DD bariko baducishamwo yovuga ngo bacemwo. Ariko ndamutahura kuko ariko yironderera akumbati. Ariko ndaguye ndagarutse, abarundi bangahe baba mu Burundi bagumye kwibanga, batataye ubwoko ngo babe aba DD? Kuri ino musi kuba umu DD ninko kwiyimbira ikinogo, nikuja mu gitigiri cabantu bica abenen gihugu! Ndabibukije ko ata mvura idahita, na UPRONA yaratwaye ariko yaragitanze! Amabi mukora, société civil yama isemerera. Uwushaka iherezo ryiza yova muri uwo mugambwe wabicanyi. Twabita abicanyi bakiri mwishamba, ariko nubu mbona bakibandanya, hagiyeko nubusuma! Muragabe basha, imisi yigisuma iraharuye!
Posted on: Mon, 21 Oct 2013 20:06:46 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015