TAKE TIME TO KNOW HER IV N.B: Turasaba ko wewe utarakwiza - TopicsExpress



          

TAKE TIME TO KNOW HER IV N.B: Turasaba ko wewe utarakwiza imyaka 18 utohirahira ngo uyisome niwaba udashaka guhuma amaso. Aho twagarukiye... Ako kanya Rose yaciye aja mucumba ciwe ahageze yitereye kugitanda ciwe atangura kwibuka ivyo yakoze nukwo yishe,amarira aramukoroka,atangura kwigaya avuga ko atazosubira kubikora. Mukanya telephone yiwe yarahamagaye maze aravye abona ni Pasteur Luc amuhamagaye,yaramwitavye nawe amusaba ko yokwemera bakazosohokana bukeye kumunsi wa mbere. Rose yaremeye maze Psteur arakupa telephone. Tubandanye... Yararyamye yikangura bwakeye habaye kuwambere. Avyutse yakoze udukogwa twomuhira arategura imfungugwa za saa sita nkuko bisanzwe,ahishije asubira kuryama. Mugihe yari muyindi si yindoto yayikuwemwo na telephone yiwe yari isonye,aravye asanga ni pastor Luc amuhamagaye,yamusavye ko bohurira saa kumi kuri permanence bakaraba aho baja kuganirira,Rose ngo arabe kwisaha asanga ni saa cenda aca aravyuka aritegura ahejeje arasohoka afata taxi imugeza aho bumvikanye bahurira. Rose yahamagaye Luc amubwira ngo narabe kiosk abe arafata ifanta amubwira ko ayiriha ashitse,Rose kuko yeheruka kurya capati akiri kwa Anitha yaciye aja kurya 2 rya Buyenzi hari mama nitiliye asaba capati nibiharage nigikombe camata. Atanguye gufungura mugihe yari yunamye umutima wiwe watanguye gutera wiruka,umubiri uramerereza maze yiterera hejuru biturutse kumuntu yaramukoze kurutugu. Bukebuke yarahindukije izosi ahuza amaso numusore yirabura yarafise inyinyi mukanwa yamwenyura abakobwa bose bamubona bakamererezwa,uwo niwe Rose yarazi ko azomubera icuzuzo cubuzima ariko biranka bivuye kubuzima. Atanumwe hagati ya Rose nuwo musore aravugisha uwundi bose bararabanye mumaso,Rose yatanguye kwibuka igenekerezo rya 31 Ntwarante yicaye kumusenyi wokukiyaga yemereye urukundo uwo musore,ubwenge bwiwe bwamwibukije umunsi wambere ata ubusugi bwiwe kwigenekerezo rya 2 Rusama,maze bose atawuravugisha uwundi amosozi arabakoroka baca barahoberana. Emmanuel umusore yari yarakundanye na Rose niwe bari bahuriye kwa mama nitiliye,akimubona yasanze yarabaye mwiza kurusha ukwo yarari kera, cherie kuva dutandukanye warabaye mwiza cane,ahabandi babura amata banwa wewe uraronka ayo woga Emmanuel yaravuze atebuza Rose. Waranyanse sha nca mba mubi mumutima no mumubiri Rose yaramwishuye. Umwana wanje aracari munda? Emmanuel yaramubajije mugihe Rose yagira amwishure Telephone ya Emmanuel yarahamagaye maze ahejeje kuyitaba aca abwira Rose ko akenewe kukazi vyihuta,ariko amusigira carte yariko address ziwe aca arasohoka. Rose yasigaye amukurikije amaso,nawe ako kanya Luc aramuhamagara amubaza ahari amaze kuhamubwira aca arahamusanga. Rose na Luc kuko batashaka ko hagira abakirisu bababona baciye bafata akayira baja mukanyosha,bagiye munzu yakira abashitsi yari isanzwe,mbere utayizi ntiwari kuyimenya kwari aga hotel,bafashe icumba baja kuganiriramwo. Pasteur Luc yatanguye kubwira Rose ukwo amukunda,amubwira ko yiteguye kumukwa nokumurongora akamubera umugore wa kazoza. Rose yaramwemereye amubwira ko nawe ategerezwa kumwubaha ntazomugoze ubusambanyi kugeza umunsi wa marriage ushitse. Pasteur Luc yaremeye ariko amubwira ko bazohora bakoresha caresse bakirinda mugabo guhuza ibitsina. Inyuma yikiganiro cabo Rose yarahagurutse abwira Luc ngo nibatahe ariko Luc amufata ukuboko amubwira ko ashaka bisou,Rose yaremeye ajana umunwa barasomana,batangura gukoranako mukanya amaboko ya Pasteur Luc yinjira mugikiriza ca Rose atangura gukorakora kumabere yarahagaze neza nkumunara wa babeli,Rose yaciye agaramika Luc amwambura impuzu zose asigara ukwo yavutse,maze atangura kumusomagura ahereye mumushatsi aragenda kugeza hasi,ageze kugitsina ciwe yatanguye kuconka,umugabo arata ubwenge ivyishimo biramurenga maze mukanya aba arazirekuye yaboneka neza ko yarushe cane. Rose yaciye amusaba ko boja kwoga Luc arahaguruka baja muri douche bagezeyo batanguye guteranakwo amazi bose bari gusa,Rose afata isabuni ayisiga kumaboko atangura kuyikoresha akinisha igitsina ca Luc,mukanya gisubira gufata umurego kimusaba ko umufungwa yugururigwa ibohero,Rose yaciye afata ukuguru kwiwe kumwe asa nuwukuduza maze imikino yabakuze iratangura. Pikupiku yafashe akanya,naho Luc yaboneka kwari mutomuto ariko yarashoboye guterura Rose amusubiza kugitandana babandanya imikino yabo. Luc yagerageje gukinisha igitsina ca Rose kugeza Rose anyaye. Yarabaye umugabo wambere mubuzima abimugiriye. Luc yaciye ahaguruka aja kwoga asiga Rose kugitanda asa nuwarushe cane. Mukanya Rose yabonye umukecuru ahagaze imbere yiwe amubwira ati: niwica Luc ejo Samuel azoca agushikiriza inzu nziza,umuduga mwiza wifuza hamwe namahera yumutahe azoshobora kugufasha nabavyeyi bawe,ariko kandi umenye ko wamaze kwibungenga rero niyo mbanyi nayo uyikure kugira ntizobuze ko igikogwa cacu kigenda neza. Uwo mukecuru yasigiye agafu Rose amubwira kugahuhira kuri Luc maze aca arakamangana. Mugihe Luc yaravuye muri douche yashitse yicara kugitanda maze Rose afata agafu yari yasigiwe nawamukecuru arakamuhuhako ako kanya nyene Luc yaciye aryama arasinzira ubutikoma,Rose amuravye atakigongwe yaciye amusimbirako amushinga amenyo kwizosi amukwega amaraso arayanwa,yamwatse telephone nurufunguzo rwumuduga namahera yose yarafise abishira mugasakoshi kiwe. Aca aja muri douche aritunganya,ahejeje arasohoka asiga amwugaranye aragenda yugurura umuduga bajemwo aca arawatsa arigira. Ageze mwisoko muri ville yarururutse atangaho uwo muduga aca aja kuri parking yama taxi afata taxi arataha. * * * * * * * * * Emmanuel igihe yakundana na Rose akora muri VB umugore nyene urugo yararira yari yaramukunze,ariko Emmanuel amubera ibamba ryigiti kuko yari yakunze Rose yumva atomuhemukira. Bukebuke kubera ko uwo mugore yamuha uduhera Emmanuel yarakwezwe umutima nayo mahera maze arateba aremera. Bahora bahuza ibitsina ariko vyaba mwibanga kuko uwomumama naho yari umupfakazi ariko yarafise abana baruta Emmanuel ubukuru. Igihe Emmanuel yatandukana na Rose,uwo mumama yaciye aha Emmanuel umutahe atangura kuja uganda kurangura,icogihe yadandaza ibirato mwisoko nkuru. Inyuma yigihe gito uwo mumama yabwiye Emmanuel ko yibungenze,ivyo vyari nkibitangaro kuko yararengeje imyaka 45,hahaha Emmanuel yatanguye kwiyita muri quartier ruvyazangumba,ariko naho Emmanuel yari yanezerejwe nokuba agira avyare,umunezero wiwe wamaze akanya urume rumara kuko uwo mu mama yamubwiye ko yayikoroye bivanye nukwo adashaka ko abana biwe bamenya ko asambana. Emmanuel yaciye amubwira yeruye ko atakimushaka ukundi mubuzima,baca baratandukana ukwo,ariko agatahe ko yari yagacuye. Igihe Emmanuel yahurira mu Buyenzi na Rose yari yasize umukozi mukibanza ciwe ariwe ariko aramudandariza,mugihe yarabajije Rose ukwo umwana wiwe yifashe munda,hari umu client wiwe yama aza agatwara ibirato bitari munsi ya 20 yamuhamagaye amubwira ko atevye aca agurira ahandi,ivyo vyatumye Emmanuel adata umwanya ahubwo yaciye yiruka aja kwakira uwo mu client ariko asigira card ya address Rose. * * * * * * * * Rose ashitse muhira avuye kwica Luc yasanze bose baryamye kiretse pastor Samuel,agishika Samuel niwe yamwugururiye gate maze arinjira. Ataraja kuryama Samuel yaratwenze amubaza ko afungura,Rose aranka aca amubwira ngo nagende baje gushikana amashikanwa yatanze yose. Rose na Samuel baciye binjirana muri cacumba cisa,Samuel aracugurura,bakicinjiramwo Rose yakuwe umutima nogusanga cuzuye imivyimba yabantu batandukanye,icamutangaje nukwo nimivyimba yabo yaramazekwica bose,wamusore yicira kiriri,Claude yiciye mumuduga hamwe na Luc bose baraho. Samuel yamubwiye ko bategerezwa kubatangako ishikanwa imbere yukwo baja kubahamba kandi nyenekubica ategerezwa kuhaba kugira ishikanwa ryemegwe. Bose baciye bambura impuzu bambara amakanyike maze barafukama. Mukanya umwotsi watanguye gufumba kuri yamivyimba,Samuel aca abwira Rose ngo baje kuryama amubwira ko Ishikanwa ryabo ryemewe. Mugihe basohoka Samuel ari imbere Rose amukurikiye,umutima wa Rose waramwagirije ikintu maze aca arahindukira kuraba abo yishe,yatangajwe noguhuza amaso nawamukecuru yamusanga mucumba ca hotel yiciyemwo Luc akaba yari yicaye kumuvyimba wa Luc,Rose akimubona yaciye ahindukiza umutwe ningoga arasohoka Samuel aca arugura. Ejo nzoja kugushikiriza inzu yawe,imodoka yawe namahera yumutahe kugira nawe ubeho wigenga,ariko hari umu pasteur nkeneye ko uzokwica nkuko wishe Luc,kuko ukwo ari 2 nibo bari batubangamiye mubikogwa vyacu vyogukwega abakirisu nogutuma abantu bitanga cane mubigira cumi namashikanwa. Samuel yabwiye Rose maze baca barasezerana Rose aja kuryama. Ageze mubusaswa,yataguye gusubiramwo ivyo yakoze umunsi wose,yibuka ko yahuye na Emmanuel,yumva aramukunze,aca aravyuka araba muga sac a main kiwe aburamwo ya carte yari yamusigiye,aca yibuka ko yayimuhaye akayishira kumeza ariko atibutse kuyitora kandi,yabandanije ivyiyumviro yibuka ko wamutama yamubwiye kwica Luc ariko anamubwira gukuramwo inda ikiri agasamo afise. Rose yabanje kubabazwa nokuba yishize mubuzima bwokwica ariko ariremesha yibutse ko Samuel buca amuha inzu,umuduga namahera yumutahe. Ese ayo mahera atuma atazokwigera avyara ahubwo nuwugiye munda yiwe aca amukurayo azomumarira iki mubuzima? Ntuzobure mugice ca 5 ciyi nkuru. Comment na like vyawe birakenewe. # Incuti yanyu Simeon Ntibankundiye#
Posted on: Tue, 22 Oct 2013 19:22:15 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015