Uruganda ku mugambi wo gushira mu minwe y’abikorera ivyabo - TopicsExpress



          

Uruganda ku mugambi wo gushira mu minwe y’abikorera ivyabo amashirahamwe ya Leta Inyuma y’aho inama nshingamateka na nkenguzamateka itoreye itegeko rigenga ishirwa mu ngiro ryo gushira amwe mu mashirahamwe ya Leta mu minwe y’abikorera utwabo, ishirahamwe ryishinze gukurikirana ibikorwa vya Leta (OAG) ryatunganije inama yo guhanahana ivyiyumviro ku vyerekeye gushira mu minwe y’abikorera utwabo amashirahamwe ya Leta kugira barabe aho ibikorwa bigeze n’ingorane zihari zibuza uwo mugambi gutera imbere. Umugambi wo gushira amashirahamwe ya Leta mu minwe y’abikorera utwabo, ni umugambi wari watangujwe mu Burundi mu mwaka w’1990 ku mashirahamwe amwe amwe, ariko intambara iteye mu Burundi mu mwaka w’1993, uwo mugambi waciye umera nk’uwuhagaze, usubira kubandanya umutekano ugarutse... igihe.bi/uruganda-ku-mugambi-wo-gushira-mu.html
Posted on: Thu, 29 Aug 2013 17:04:53 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015